
Young Africans SC yegukanye igikombe cya Shampiyona ya Tanzania (NBC 2024/2025)
Ikipe ya Young Africans Sports Club (Yanga SC) yegukanye igikombe cya Shampiyona ya NBC Tanzania 2024/2025. Ku wa Gatatu, kuri sitade ya Benjamin Mkapa i Dar es Salaam, ikipe ya Yanga iyobowe n’umutoza Miloud Hamdi yatsinze bikomeye ikipe bahanganye bikomeye ya Simba SC ku bitego 2-0, uyu ni umukino wa nyuma wagombaga kwemeza uwegukana igikombe….