Mu Bwongereza: Cancer y’uruhu ikomeje guteza impungenge.
Mu Bwongereza, umubare w’abantu basanganywe indwara ya cancer y’uruhu ya melanoma wageze ku rwego rwo hejuru rutigeze rubaho mbere. Mu mwaka wa 2022 honyine habonetse abantu 20,980 bayirwaye bwa mbere. Iyi ndwara ya melanoma ni yo cancer y’uruhu ikomeye kandi ishobora kwica umuntu iyo itavuwe hakiri kare. Umuryango Cancer Research UK uvuga ko hafi abantu…
